Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Video: Wilson Ndayizeye yorora imbwa akazigisha n'inyifato
Video: Wilson Ndayizeye yorora imbwa akazigisha n'inyifato
- Umwanditsi, Cyriaque Muhawenayo
- Igikorwa, BBC Gahuzamiryango
- Yatangajwe
Wilson Ndayizeye avuga ko aka kazi kamutunze we w'umuryango wiwe.
Uyu yahejeje kaminuza mu gisata c'ubutunzi, avuga ko afashe nk'igiciro c'imbwa imwe, ushobora gusangamwo nk'inka zibiri.