Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
“Twashitse ahadashikwa, i Gaza”
“Twashitse ahadashikwa, i Gaza”
Yatangajwe
“Abo ba Hamas bashira ibirwanisho biturika munsi y’ibitanda vy’abana”.
Jeremy Bowen wa BBC nivyo yabwirwa n’abasoda IDF ba Israel, mu bihomoka vya Gaza.
Ni umwe mu bamenyeshamakuru mpuzamakungu yashikanywe aho ubuzima butagishoboka, iki gihe.
“None ko hose ari ibihomoka, abo barwanyi bari bakwiye hose?”
Ni nk’ivyo yababaza.
Ivyo Jeremy Bowen wa BBC Yabonye i Gaza.