Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umuvugabutumwa TB Joshua: mu bo yakoreye amabi harimwo umukobwa wiwe
Umuvugabutumwa TB Joshua: mu bo yakoreye amabi harimwo umukobwa wiwe
Yatangajwe
Ni benshi mu bayoboje ba TB Joshua bononewe ubuzima, cane cane abagore.
“Data yari afise ubwoba, ubwoba butahera. Yatinya ko hogira uwuvuga ibihishwa yakora.”
Umwe mu bakobwa biwe yabishingiye intahe mw’itohoza rya BBC Africa Eye.
Ajoke, umukobwa wa TB Johua yari yaromowe kwa se muri Nigeria.
We yaramuhanga, agatangura kumubaza amabi yamubonako.
Abarongoye urushengero Synagogue Church of All Nations, canke Scoan bishura ko kuremeka inkono ishushe Joshua ataco bivuze.