Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Intambara ya Gaza: Ubuzima butoroshe ku banyamakuru bayikorako inkuru
Intambara ya Gaza: Ubuzima butoroshe ku banyamakuru bayikorako inkuru
Yatangajwe
Iyi ni inkuru y'umunyamakuru atangaza amakuru ku ntambara yo muri Gaza, ingorane yahuye nazo nk'umunyamakuru ariko kandi nk'umuntu.
Iyi ntambara hagati ya Hamas n'igisirikare ca Israel niyo imaze guhitana abanyamakuru benshi gushika ubu muri iki kinjana, nk'uko bitangaza n'ishirahamwe Reporters Without Borders.