Ubuzima hafi y’icukuriro ry’ubutare ry’Abashinwa muri RDC
Ubuzima hafi y’icukuriro ry’ubutare ry’Abashinwa muri RDC
Yatangajwe
Christophe Kabwita aba i Lubumbashi, ku 500m uva aho ihinguriro rya China ricukurira ubutare bwa Cobalt.
Avuga ko we n’ababanyi biwe ata buzima bakigira, baturatuzwa ata camira.
Banavuga uko n’ubuzima bwabo n’aho babaye, hahumanye.
Barabishikirije abategetsi ba RDC, ariko ntacavuyemwo.




