Israel-Gaza: Kuki amasanamu y’ifubwa rya Ahmed yakwiragijwe avugwako vyinshi?

Insiguro ya video, Umu Bedouin yagwanira umubano hagati y’Abayahudi, aba Kristu, n’aba Muslims.
Israel-Gaza: Kuki amasanamu y’ifubwa rya Ahmed yakwiragijwe avugwako vyinshi?
Yatangajwe

Ahmad ni umu nye Israel wo m’ubwoko bw’aba Bedouins, yapfanye ubuto, mu ntambara zo muri Gaza.

Urupfu rwiwe, ivyabaye kw’ifubwa ryiwe, vyavuzwe ko vyinshi, mu Barabu.

Ahmad yasize inyandiko nka : "Twese dufise iherezo rimwe, twabwirizwa kubana m'ubumwe".

Yagwanira umubano hagati y’Abayahudi, aba Kristu, n’aba Muslims.

Bamwe bamwise inzoka, abandi ntibatahure uko yari abayeho.

Umu Bedouin yagwanira umubano hagati y’Abayahudi, aba Kristu, n’aba Muslims.
Insiguro y'isanamu, Umu Bedouin yagwanira umubano hagati y’Abayahudi, aba Kristu, n’aba Muslims.