India: “Aka gatotezo ni gahagarare”: abiyamiriza umuganga akiri muto yishwe

Insiguro ya video, Kolkata: umuganga basabira ubutungane yishwe afise imyaka 31.
India: “Aka gatotezo ni gahagarare”: abiyamiriza umuganga akiri muto yishwe
Yatangajwe

Abagore ibihumbi b’i Kolkata bagize imyiyerekano biyamiriza umugore w’umuganga yafashwe ku nguvu, aranicwa.

BBC yahaye ijambo Rimjhim Sinha, umwe mu batunganije iyo myiyerekano basaba ubutungane.

Kolkata: umuganga basabira ubutungane yishwe afise imyaka 31.
Insiguro y'isanamu, Kolkata: umuganga basabira ubutungane yishwe afise imyaka 31.