Gaza: amasanamu y’uko ibice vya Gaza vyasambuwe
Gaza: amasanamu y’uko ibice vya Gaza vyasambuwe
Yatangajwe
Aya masanamu yafashwe n’utudege twa drone, hejuru ya Gaza.
Ubuserukizi bwa Israel muri USA bumenyesha ko izi ntambara zitari bwagere kuri uru rugero mu myaka 75 iheze, hama amatati nk’ayo.
Ku mpande zose, havugwa ko hamaze kwicwa abantu baharurwa mu bihumbi.

Ahavuye isanamu, Getty Images



