Irene, wa mugore utwara ikamyo, abayeho ate?

Insiguro ya video, “Kuri ubu, kuronka akazi ni amahirwe”.
Irene, wa mugore utwara ikamyo, abayeho ate?
Yatangajwe

“Kuri ubu, kuronka akazi ni amahirwe”.

Irene Uwantege, Umunyarwandakazi utwara kamyo, ibitamenyerewe mu bagore.

Byatangiye bite? Abibayemo ate?

Irene Uwantege utwara ikamyo
Insiguro y'isanamu, Irene Uwantege muri kamyo ye