‘Ghetto Kids’ barabandanya kwandika amateka mu makungu

Insiguro ya video, Ni umurwi w’abana, benshi b’impfuvyi, watangujwe mu myaka ya 2010.
‘Ghetto Kids’ barabandanya kwandika amateka mu makungu
Yatangajwe

Uretse akanyamuneza basanganywe, uko babayeho, “barabaye nk’abavukana mu nda”/ Dauda Kavuma [indongozi yabo].

Inyuma ya ‘Britain's Got Talent’, ihiganwa mpuzamakungu ry’abatamba ryo m’Ubwongereza,

aba bana bari bashitse mu gice ca nyuma, baraganiriye na BBC.

Ni umurwi w’abana, benshi b’impfuvyi, watangujwe muri Uganda, mu 2014.

Bamwe bararamuwe, ubu ikigo cabo kirimwo abana 30.

/ Audace Machado

'Ghetto Kids' muri BBC, igihe ca "Britain's Got Talent"
Insiguro y'isanamu, 'Ghetto Kids' na Stefania Okereke wa muri BBC