Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kenya: uko aba Maasai babangamiwe, batagihiga, batanagisha, ariko batoye inyishu
Kenya: uko aba Maasai babangamiwe, batagihiga, batanagisha, ariko batoye inyishu
Yatangajwe
“Isi yacu iraturira”.
Lanoi, umu Maasai-kazi ashinga intahe, yerekana uko barwana n’uruzuba.
Ndazi ubwanje uko aba Maasai 'batakigisha', kuko ubugararwa bwabateye, n’ibitungwa vyabahoneyeko.
Ariko batoye ubuhinga buba burabafasha kubaho.