Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
RDCongo: mu intambara za Kivu … Kinshasa imyiyerekano yajemwo igikenye
RDCongo: mu intambara za Kivu … Kinshasa imyiyerekano yajemwo igikenye
Yatangajwe
Kinshasa, igipolisi gisa n’igihanganye n’abasaba bamwe mu bo mu bihugu rutura kuva muri RDCongo, bidatevye.
“Turagabisha amakungu kudasubira kwisuka mu vyacu”.
Kivu y’uburaruko, mu mpunzi zirenga umuliyoni, huzuyemwo abana batakija kw’ishule.
I Kinshasa ho, amashule amwe y’abanyamahanga nt’atekaniwe.
ONU igabisha ibishobora gufatwa nk’ivyaha vyo mu ntambara, mu gihe imyiyerekano iba nko mu bihugu bimwe vya Bulaya bibamwo aba nye Kongo.