Israel – Gaza: imiryango yanyururijwe abayo na Hamas isaba ko barekurwa vyihuse

Israel – Gaza: imiryango yanyururijwe abayo na Hamas isaba ko barekurwa vyihuse
Yatangajwe

Muri Israel, bamwe bemeza ko inguvu za gisirikare arizo zonyene zizotuma abakiriho barekurwa.

Abandi basaba ko ibiganiro hagati ya Israel na Hamas binyarutswa.

Hari abana Hamas yarekuye ukwezi kwa 11, igihe haboneka agahengwe.

Biravugwa ko hari abashika 30 boba bamaze kwicwa.