Kenya, batoye uburyo bwo gukingira abana ingwara ziterwa n’umwanda

Kenya, batoye uburyo bwo gukingira abana ingwara ziterwa n’umwanda
Yatangajwe

Mu gisagara ca Kisumu, muri Kenya, hari ingwara zari zibangamiye abana.

Izo ngwara zatuma basiba ishule, bakaba na ba magoyagi.

Mu guhindura ibintu, raba muri iyi video uko inyigisho zikwiragizwa.