“Tuzokwubaka ihema muri ibi bihomoka, tube hano”
“Tuzokwubaka ihema muri ibi bihomoka, tube hano”
Yatangajwe
Igisoda IDF ca Israel catanguye kuva i Jabalia aho cari kimaze indwi 3 mu ntambara.
Aho m’uburaruko bwa Gaza, Israel ivuga ko yakuyeyo ibiziga 7 vy’abayo bari baranyurujwe na Hamas.
IDF kandi yamenyesheje ko yishe aba Hamas amajana, ikanabomora 10km birenga vy’imyobo.
BBC, igisata c’Abarabu, yavugishije abo i Jabalia bahungutse.




