USA: igihe ikiraro kirekire c’i Baltimore casenyuka

USA: igihe ikiraro kirekire c’i Baltimore casenyuka
Yatangajwe

Ubu hariko haronderwa 6 bataratorwa, boba bagihema, mu baguye m’uruzi Patapsco.

N'imiburiburi imodoka 7 zaguye mu mazi, bivugwa nintwaro.

FBI ivuga ko ata huriro n’abagira iterabwoba.

Ikivuko ca Baltimore cegereye ico kiraro nico gituro kinini muri USA, cakira amato manini y'ibidandazwa.