Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Tanzania: ku myaka 13, Tracy ni umuhinga w’ivyo amahera
Tanzania: ku myaka 13, Tracy ni umuhinga w’ivyo amahera
Yatangajwe
“Ndi mu bantu bemera ko bitumvikana ko abana bigishwa kurondera ubumenyi bazokoresha bakorera abandi, baca amahera.”
Mu kwigisha umwana wiwe Tracy Rabi ikoreshwa ry’amahera kuva ku myaka 8, vyagize umukobwa wiwe akarorero k’abandi bana bagendana.
Tracy amaze gusohora udutabu dutatu turimwo ivyo ubutunzi, akoresheje amahera yiwe.