Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
K’umunyatugenegene Philippe Petit, ‘ntakidashoboka’
K’umunyatugenegene Philippe Petit, ‘ntakidashoboka’
Yatangajwe
“Sinigera nibaza ko ibintu ari igihamana”.
Philippe Petit, umuhinga wo gutambukira ku migozi mu kirere, kure , avuga ko haheze imyaka yarabigize umwuga.
Yatangaje abo muri Australia, Paris, Ney York, n’ahandi.
Yarihevye?
Arabihakana yivuye inyuma.