Amerika: iminota 102 ntibagiranwa, y’akaga
Amerika: iminota 102 ntibagiranwa, y’akaga
Yatangajwe
Ibitero vy’italiki 11 z’ukwa 9 mu 2001, ni ntibagiranwa.
USA yakubiswe ahababaza.
Ni ibitero vyabonetse ko vyari biteguye, bifise insiguro ikomeye.
Vyahitanye abantu ibihumbi mu kanya gatoyi.
“Benewacu, [iyo taliki] yatubereye isuzuma ry’inguvu, no kutihebura vyacu”.
Ni bimwe Perezida Joe Biden yavuze, ubu mu 2023, mu kwibuka.
![“Benewacu, [iyo taliki] yatubereye isuzuma ry’inguvu, no kutihebura vyacu”. Perezida Joe Biden - 2023](https://ichef.bbci.co.uk/ace/ws/640/cpsprodpb/7386/live/5023f840-5167-11ee-9efb-b5993ae30133.png.webp)



