Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
'Utumego' tw'itabi twoba tugiye kuba imari?
'Utumego' tw'itabi twoba tugiye kuba imari?
Yatangajwe
OMS ivuga ko uko umwaka utashe, 'utumego' imiliyari 5 tujugunywa, tugahumanya isi.
Incabwenge muri India zatoye ubuhinga bwo guhingura utwo tumego mu bindi bikoresho vy'akamaro.
Utumego tw'itabi twoba tugiye kuvamwo urudandazwa rukomeye?