Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Amsterdam: uko amasanamu yofasha kumenya uko Betty yishwe
Amsterdam: uko amasanamu yofasha kumenya uko Betty yishwe
Yatangajwe
Betty yaturuka muri Hongrie, yishwe asogoswe, ku myaka 19.
Uno ari mu badandaza umubiri, yiciwe i Amsterdam mu 2009, kandi igipolisi ca Netherland kivuga ko kibandanya amatohoza.
Hari haheze amezi make uyo Bernadethe Szabo avyaye.