India - Kumbh Mela: ihuriro ry'abasenga bashika imiliyoni 400

Insiguro ya video, India: ihuriro ry’abasenga bashika imiliyoni 400
India - Kumbh Mela: ihuriro ry'abasenga bashika imiliyoni 400
Yatangajwe

Uko imyaka 12 iheze, abo mw'idini Hindu barahura, bava mu mihingo y'isi, bakoga mu mazi ngo bikure ibicumuro.

Ni ihuriro rimara iminsi 45, m'umugirwa wiswe Kumbh Mela.

Ugereranije ibiharuro, mu 2024, abo mw'idini rya Islam bahuriye i Maca, barenga gato umuliyoni n'igice.

Idini rya 'Hindu' bivugwa ko ryoba ariryo rya kera kw'isi.

Ihuriro ry’amasengesho Kumbh Mela ry'aba Hindu rimara iminsi 45 uko imyaka 12 iheze.
Insiguro y'isanamu, Ihuriro ry'amasengesho Kumbh Mela rimara iminsi 45 uko imyaka 12 iheze.