Kuki Kamala Harris bamushushanije m’umurima?
Kuki Kamala Harris bamushushanije m’umurima?
Yatangajwe
Ni igikorwa ca Dario Gambarini, umuhinga w’umutaliyano m’ugucapa.
Avuga ko yakozweko na bimwe mu vyo Kamala Harris umwe yiyamamaza kuba Perezida wa USA yavuze.
Dario avuga ko akunda ingendo y’umwizero abona muri uwo mugore ahiganwa na Trump.
Ati, “ni ishusho itarama, kuko izuba canke umuyaga mwinshi birayizimanganya”.




