Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
‘Olympics’: uko uwacungera umwami w’abami -Selassie- yabaye intwari ya Afrika
‘Olympics’: uko uwacungera umwami w’abami -Selassie- yabaye intwari ya Afrika
Yatangajwe
Abebe Bikila, yamenyekaniye kuri vyinshi, harimwo nko kuba uwa mbere yatsindiye umudali w’inzahabu, yirutse anasiga abandi atambaye ibirato.
Bikila yatanguye gucungera umwami w’abami wa Ethiopia, Haile Selassie, ataranakwiza imyaka 20.
Umunonotsi Bikila, umwirabure wa mbere yatsindiye umudali w’inzahabu mu nkino z’isi za Olympics, yapfuye ku myaka 41, kubera inkurikizi z’isanganya yari yaragize.