Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ikigobe c’Abarabu: isegenya yaguye yaheruka mu myaka 75
Ikigobe c’Abarabu: isegenya yaguye yaheruka mu myaka 75
Yatangajwe
Muri ico gice c’ibihugu vy’Abarabu, isegenya yaguye yateye imyuzure, ibintu birononekara.
Bahrain, Dubai, ni hamwe mu hamerewe nabi.
Oman hamaze kumenyekana abantu bashika 19 yahitanye.
Hari aho yamaze iminsi itatu, idakuzako, igipolisi gitabara gikoresheje n’indege.