India-football: umugwi nserukiragihugu w’abagore uzwi gusumba uwo abagabo, ariko ntivyoroshe

Insiguro ya video, Abo bakobwa baca mu mananiza, bagirizwa kwonona imico.
India-football: umugwi nserukiragihugu w’abagore uzwi gusumba uwo abagabo, ariko ntivyoroshe
Yatangajwe

“Sokuru yarankubita ngo nambaye ikabutura, nkina football, ndi umukobwa”.

Ni intahe y’umwe mu bakobwa bakina urwo rukino muri India.

Umugwi w’abakinyi b’abakobwa bo muri leta ya Punjab babona ko inkino zobakura m’ubukene.

India: abakobwa bakina umupira w'amaguru, baracabonwa nabi
Insiguro y'isanamu, Abakobwa bakina umupira w'amaguru, baracabonwa nabi