Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Korea y’epfo: uko umugwi w’umuziki ‘K-pop’ wabaye rurangiranwa
Korea y’epfo: uko umugwi w’umuziki ‘K-pop’ wabaye rurangiranwa
Yatangajwe
Fatou, Gabi, Sriya na NVee, bagize umugwi Blackswan ushingiye k’umudiho wa Korea, K-pop, ubu bose ni ba ‘kavantara’.
“Nshaka ko atawutokwigirira icizere kubera ibara ry’umubiri wiwe, kuko ntaco rivuze”.
Bivugwa n’umwe mu bawugize.
Ng’ibi bimwe mu vyo baciyemwo