Mayotte na Mozambique: "Twari tuzi ko ari umuhero w'isi"
Mayotte na Mozambique: "Twari tuzi ko ari umuhero w'isi"
Yatangajwe
Abarokotse igihuhusi Chido, ntibazokwibagira ivyo babonye, batari bwabone mu myaka 90 iheze.
Uretse iryo zinga ry'Ubufaransa, k'urundi ruhande rw'ibahari, na Mozambique yashikiriwe, abantu barapfa, ibintu birononekara.
Unicef ivuga ko ifise amakenga ku ngaruka za vuba n'ibishobora kuzokurikira, nk'ingwara.




