Gabon: “Ali Bongo aridegemvya” kandi “tuzogumana ubucuti n’Ubufaransa”

Gabon: “Ali Bongo aridegemvya” kandi “tuzogumana ubucuti n’Ubufaransa”
Yatangajwe

Raymond Ndong Sima, umushikiranganji wa mbere mushasha wa Gabon, yabwiye BBC uko igihugu kigiye gutwarwa.

Ni nko gukurikirana abagirizwa ibiturire no gukomeza intwaro ibereye.

Yanavuze ko ubucuti Gabon ifitaniye na France, bifise imizi miremire, ariko bitabuza kugwiza abo bakorana.