Itohoza: yari ‘influencer’ rurangiranwa kuri Instagram, ubu ari mu gasho

Insiguro ya video, Itohoza rya BBC Eye ryanamusanze iyo yajanywe gupfungirwa muri Brazil.
Itohoza: yari ‘influencer’ rurangiranwa kuri Instagram, ubu ari mu gasho
Yatangajwe

Kat Torres yigisha abandi uko biteza imbere, bakabaho neza, ndetse agakurikirwa n’abantu umuliyoni (Instagram).

Uyu mu nye Brazil, yakuze ari umukene cane, yari yarahinduye ubuzima, abaho neza cane i Bulaya na USA nk’umunyamideli.

Ariko yaravugwako amabi harimwo kwonona ‘bagenzi’ biwe mu kubashurashuza, n’ayandi mabi.

Itohoza rya BBC Eye ryanamusanze iyo yajanywe gupfungirwa muri Brazil, inyuma y’amatohoza ya FBI.

Itohoza rya BBC Eye ryashitse iyo Kat Torres yajanywe gupfungirwa muri Brazil.
Insiguro y'isanamu, Itohoza rya BBC Eye ryashitse iyo Torres yajanywe gupfungirwa muri Brazil.