Isengero rya mbere ryagutse ry’aba Orthodox bo muri Ethiopia muri UAE

Insiguro ya video, "Isengero ry’aba Orthodox bo muri Ethiopia ni isura y’umubano w’ivyo bihugu."
Isengero rya mbere ryagutse ry’aba Orthodox bo muri Ethiopia muri UAE
Yatangajwe

Muri Leta zunze ubumwe z’Abarabu [UAE], haheruka kwubakwa isengero ry’aba kirisu bo mw’idini rya Orthodox.

Kuva mu 2020, niho abo ba nye Ethiopia batangura gusaba aho bubaka isengero ryabo muri UAE.

Muri ico gihugu haharurwa abamuka muri Ethiopia bashika 250 000.

“Ni iteka kuri kiremwa muntu, kugira aho asengera hiyubashe”, nk’uko bivugwa na Umer Hussien, uwuserukira Ethiopia muri UAE.

"Isengero ry’aba Orthodox bo muri Ethiopia ni isura y’umubano na UAE"..
Insiguro y'isanamu, "Isengero ry’aba Orthodox bo muri Ethiopia ni isura y’umubano w’ivyo bihugu."