Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
'Ariko ngeze ku bitaro barambwira ngo iyi ntabwo ari shishikara' – Florence Kamana urwaje umwana Mpox
'Ariko ngeze ku bitaro barambwira ngo iyi ntabwo ari shishikara' – Florence Kamana urwaje umwana Mpox
Yatangajwe
75% by'abajya kwivuza Mpox ku kigo cy'i Munigi hafi ya Goma ni abana, kandi 70% by'abajya kwivuza kuri iki kigo ni abavuye mu nkambi z'impunzi ziri mu nkengero za Goma muri DR Congo - ubu ifatwa nk'izingiro ry'ubu bushita bw'inkende.