Bassirou Diomaye Faye: amwe mu majambo azopimirwako nka Perezida

Insiguro ya video, Yavuye mu gasho atogwa kuba Perezida wa Senegal.
Bassirou Diomaye Faye: amwe mu majambo azopimirwako nka Perezida
Yatangajwe

“Ndashimiye abandi bitoje, batarindiriye ko ivyavuye mu matora bishikirizwa n’ababijejwe, bakihutira kunkeza”.

Bassirou Diomaye Faye yatowe nka Perezida mushasha wa Senegal, yiyemeje kugwanya ibiturire, kunywanisha aba nye Senegal.

Mu vyo yiyemeje guhindura, ni itunganywa ry’inzego z’igihugu, no gukomeza ijunja igihugu ciwe gisanganywe mu karere, no mu makungu.

Mu minsi 10 imbere y’amatora, ntawokwibajije ko yotowe, na gato, ubona ko yari no mu gasho.

Bassirou Diomaye Faye yavuye mu gasho atogwa kuba Perezida wa Senegal.
Insiguro y'isanamu, Yavuye mu gasho atogwa kuba Perezida wa Senegal.