Syria: "amazi aturutira inzahabu"

Insiguro ya video, Syria: “amazi aturutira inzahabu”
Syria: "amazi aturutira inzahabu"
Yatangajwe

Igice c'uburaruko bwa Syria, kigenzurwa n'aba 'Kurdes' gifise iyindi ntambara batazi uko izohera.

Mu gasagara Hasaka, Ahmed ashira amazi minsi yose abashika umuliyoni.

Mu myaka ya 1990s, hari hatotahaye, n'amazu agatwarwa.

"Imana rugira vyose yaradutwaye n'imvura.", niko babibonana ishavu.

Kuva Turkey itera, isigura ko ihiga umuhari PKK, nta nyishu ya vuba y'amazi babona.

Kuva Turkey itera, isigura ko ihiga umuhari PKK, nta nyishu ya vuba y’amazi babona.
Insiguro y'isanamu, Kuva Turkey itera, isigura ko ihiga umuhari PKK, nta nyishu ya vuba y'amazi babona.