Sri Lanka: Ko igihugu kigeze habi vyavuye kuki?

Insiguro ya video, Sri Lanka: Ko igihugu kigeze habi vyavuye kuki?
Yatangajwe

Ubutunzi bwa Sri Lanka bwari bufatiye ku gisata c’ingenzi, ivyo yashora hanze, ku mahera yarungikwa n’ababa hanze. Ng’ibi ibikuru vyabangamiye ubuzima bw’igihugu.