Sri Lanka: Imyiyerekano yatumye Rajapaksa atanga imihoho

Insiguro ya video, Sri Lanka: Imyiyerekano yatumye Rajapaksa atanga imihoho
Yatangajwe

Imyiyerekano yatanguriye aho umushikiranganji wa mbere avukana na Perezida aba. Aho yakwira igihugu, inguvu zigakoreshwa, we yahavuye atanga imihoho. Mu mashusho ya video, uko vyatanguye.