Russia: Yerekanye ikirwanisho gishasha co mu bwoko bwa Sarmat

Insiguro ya video, Russia: Yerekanye ikirwanisho gishasha co mu bwoko bwa Sarmat
Yatangajwe

Iyi 'missile' ya Russia, yataziriwe 'Satan II' n'abakeba, irashobora gushika kuri 18.000km, inyaruka ku rugero rwa 25.560 km/h. "Yari imaze imyaka ihingurwa", yarungitswe kuri 6.073km, kuva Plesetsk gushika i Kamchatka.