Nigeria: Kuki uno mugabo yambara uku?
Yatangajwe
“Abany’Afrika ntitwabwirizwa kubonwa nk’abanyamwanda”. Niko kwemera kwa Jonathan Olakunle, umugabo yatoye ubuhinga bwo guhimiriza ababanyi muri Nigeria kurwanya umwanda.