Gushona ibirato: Constence Ndayishimiye avuga ko uyu mwuga ubu ari wo umutunze
Yatangajwe
Constance Ndayishimiye, Umurundikazi w'abana batandatu, yahisemwo gukora umwuga wo gushona ibirato mu bisanzwe ukunze gukorwa n'abagabo. Avuga yuko ubu ari wo umutunze... Aha aganira na Cyriaque Muhawenayo.