Ghana : bafise ubumuga bwo kutumva, barakumiriwe
Yatangajwe
Muri Ghana, hariho itegeko ryashinzwe mu 1975 ribuza abafise ubumuga bwo kutumva, kurongorana. I Adamorobe, abahinga ba kaminuza bagerageza kwerekana ko atari umuvumo.