Mastodynie: Menya ivy'iki kibazo gitera kubabara kw'amabere

Insiguro y'amajwi, Mastodynie: Menya ivy'iki kibazo gitera kubabara kw'amabere
Yatangajwe

Muri iki kiganiro Bazamuganga, Dr Gaspard Ntahonkiriye, arasigukira ikibazo co kuvyimba no kubabara amabere ku bagore, bizwi nka mastodynie mu gifaransa canke mastodynia mu congereza.