Adebayo yakoze akuma gapima imiti ya magendo
Yatangajwe
Uyu mu nye Nigeria, yahatswe kwicwa n’imiti, aca yiyemeza gukingira abandi. Mugihe imiti ya magendo ikwiriye mw’isi, ako kuma yakoze vyemezwa ko gashobora kugenzura imiti y’ubwoko 200.