Amenyo yabo yarononekaye kubera ubutare bwa fluoride

Insiguro ya video, Amenyo yabo yarononekaye kubera ubutare bwa fluoride
Yatangajwe

Aba badamu bo mu ntara ya Arusha mu Tanzania bafise ingorane batewe n'ukwononekara kw'amenyo yabo kubera kunywa amazi arimwo ubutare bwinshi bwa fluoride.