Istambul: Kuki iyi modoka yisanze mu nzira ya gari ya moshi?

Insiguro ya video, Istambul: Kuki iti modola yisanze mu nzira ya gari ya moshi?
Yatangajwe

Ibi vyabereye muri Turkiya ku murwa mukuru Istambul, aho umushoferi yihenze akisanga mu nzira ya gari ya moshi izwi nka tram...