Afghanistan: Ingorane zikomeye z'ubutunzi zituma aba bana bacika abakozi hataragera

Insiguro ya video, Afghanistan: Ingorane zikomeye z'ubutunzi zituma aba bana bacika abakozi hataragera
Yatangajwe

Abana benshi muri Afghanistan bategerejwe guheba ishure barondera akazi kugira bafashe imiryango yabo kuronka ikiyitunga.