Cape Verde: Umugabo ariko arokora ubuzima bw’abantu
Yatangajwe
Erico Pinheiro w’imyaka 32 yakoze ‘drone’ ishika aho abaganga batoroherwa gushika. Ni umugabo w’umuhinga yatanguriye muvy’ uburimyi, ubu ageze m’ugufasha m’ubuvuzi