Intambara muri Mozambique: Itohoza rya BBC ku barwanyi ba ki Islam b'umugwi Al Shabaab

Insiguro ya video, Intambara muri Mozambique: Itohoza rya BBC ku barwanyi ba ki Islam b'umugwi Al Shabaab
Yatangajwe

Intambara muri Mozambique: Igisata ca BBC gikora amatohoza, Africa Eye, caratohoje ku amamuko y'abarwanyi ba ki Islam bari muri Mozambique, barwanya n'abasirikare b'ibihugu birimwo n'u Rwanda