Gufashwa kurondera urukundo: Uyu mugabo wo muri Kenya ngo ni umuhinga wavyo

Insiguro ya video, Gufashwa kurondera urukundo: Uyu mugebo wo muri Kenya ngo ni umuhinga wavyo
Yatangajwe

Ku bakobwa bamwe bakuze ni ikibazo kitoroshe kuronka umugabo, ngo ariko inyigisho za Robert Bulare hari benshi zifasha...