Ifatwa ry'abashigikiye umukuru wa Chadema

Insiguro ya video, Ifatwa ry'abashigikiye umukuru wa Chadema
Yatangajwe

Ifatwa ry'abanywanyi b'umugambwe Chadema utavuga rumwe na leta ya Tanzania, bari bagiye gushigikira umukuru wawo Freeman Mbowe, imbere ya sentare bitwaje ivyandiko