Ingorane muri Ethiopia: Vyagenze gute ngo igihugu gishike aho kiri ubu?

Insiguro ya video, Ingorane muri Ethiopia: Vyagenze gute ngo igihugu gishike aho kiri ubu?
Yatangajwe

Intara ya Tigray muri Ethiopia irangwamwo umutekano muke cane ku buryo hatanguwe no kuvugwa ikibazo c'inzara. Iyi nkuru irasigura uko vyagenze ngo ibintu biyangare muri iyo ntara n'imidurumbanyo ahandi mu gihugu.